Niba ukeneye imfashanyo yo kumva neza aya makuru canke ukeneye umusiguzi, hamagara kuri 800-464-4343 kugira ngo uronke umusobanuzi kubuntu. Fyonda 1 niba ukeneye umusobanuzi kubuntu ata kiguzi.

Raba ireresi yerekana ukungene bakoresha urwo rubuga ngurukanabumenyi Kirundi

Itaburo y'ivyandiko vyashizwe mu rundi rurimi

Mw' itaburo iri aha musi harimwo ivyandiko birimwo amakuru nkoramutima yerekeye amagara y'abantu Igisata c'Amagara y'Abantu cashize mu rurimi rwawe. Ico gikorwa co kubishira mu zindi ndimi cakozwe n'abasobanuzi b'indimi b'abanyamwuga babinonosoye

Ingene iyi taburo iri aha hepfo ikoreshwa.

Andika mu gakwadarato ko kurondereramwo kari hejuru ya taburo kugira urondere ukoresheje ijambo iryo ari ryo ryose riri mu mutwe w'amajambo uri mu Congereza canke washizwe mu rundi rurimi. Urashobora kandi guhitamwo ufatiye ku mutwe w'amajambo washizwe mu rundi rurimi (Translated Title), canke umutwe w'amajambo uri mu Congereza (English Title) mu gufyonda kuri umwe muri iyo mitwe y'amajambo.

Gukoresha Google Translate

Ku rubuga ngurukanabumenyi HealthVermont.gov hariko amakuru yerekeye amagara y'abantu menshi kandi urashobora gukoresha Google Translate kugira ubone amakuru yose ari kuri urwo rubuga hamwe n'amafishi menshi vyahinduwe bigashirwa mu rundi rurimi mu buryo bwikoresha. Kugira ubikore, hitamwo “Select Language” hejuru mu mfuruka y'i buryo ku rubuga.

Soma n'ibindi vyerekeye Google Translate

Woba ukeneye ubufasha kugira utahure amakuru y'Igisata kijejwe Amagara y'Abantu? 

Urafitiye uburenganzira amaseruvisi y'ubusobanuzi bw'indimi. Imeyiri AHS.VDHPublicCommunication@vermont.gov kugira uhabwe amaseruvisi y'ubusobanuzi bw'indimi ku buntu.

Soma vyinshi ku vyerekeye kuronka amakuru ashobora kuronkwa

Translated Title English Title Sort descending Language

Umugambi wo Kugorora Abashoferi Badafise Ubushobozi Bukwiye Amakuru y'Isuzuma

Vermont Impaired Driver Rehabilitation Program Evaluation Information - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Porogarama ya Vermont yo Gusuzuma Inzoya

Vermont Newborn Screening - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Urwete rutanga uburenganzira k'uwemeye kurera umwana ku gushaka ata gahato

Voluntary Acknowledgment Parentage - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Umutekano ku mazi nyuma y’umwuzure - Ireresi

Water Safety After a Flood - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Isuzuma ry'Amazi y'Iriba: Agatabo kagira inama umuguzi w'inzu

Well Water Testing: A Home Buyer's Guide - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Ivyo gukora nimba urwaye COVID-19

What do to if you test positive for COVID-19 - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Ivyo imiryango ifise abana itegerezwa kumenya vyerekeye n’incanco z’ikiza ca korona virisi (COVID-19)

What Families with Children Should Know About COVID-19 Vaccines - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Mbega diabetes ni iki?

What is Diabetes? - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Ico Mwomenyaku Gasama - ireresi

What to know about Measles (video) - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Ico Mwomenya ku Gasama

What to Know About Measles - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Aho ushobora kwipishiriza ku buntu kugira urabe ko ugwaye covid - Ireresi

Where to get Free COVID-19 Test Kits - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Kuber’ iki gucandagwa ari ivy’akamaro? - ireresi

Why is getting vaccinated important? - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Ifishe yo kwunguruza ya WIC

WIC Appeal Form - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Imiriro ya nyakanga ku magara yawe - ireresi

Wildfires and Your Health - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Gusaba kuba umunywanyi muri You First

You First Membership Application - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Aho kwandika abanywanyi biyandikisha kandi

You First Renewal Application- Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Vyinshi ku bijanye na Google Translate

Google Translate ikoresha amaporogaramu nyabwonko kugira ihindure ibintu ibikura mu rurimi rumwe ibishira mu rundi. Ntishobora guhindura amakuru yose iyakura mu rurimi kanaka iyashira mu rundi. Ivyo yahinduye birashobora kutaba vyo canke bifise agasembwa.

Nta buhinga bwikoresha bwo guhindura ibintu bubikura mu rurimi rumwe bubishira mu rundi (hakoreshejwe amaporogaramu nyabwonko) butagira agasembwa kandi ntibufise intumbero yo gusubirira abantu basanzwe bakora uwo mwuga. Gushikira ivyahinduwe bigashirwa mu rundi rurimi hakoreshejwe Google ni seruvisi ihabwa abakoresha urwo rubuga ngurukanabumenyi kandi bayihabwa "ukwo iri." Nta garanti n'imwe ihari, haba mu buryo bweruye canke bwihishije, ku bijanye n'ukutagira agasembwa, kwizerwa, kutagiramwo ikosa mu vyahinduwe vyose bivanwa mu Congereza bishirwa mu rundi rurimi urwo ari rwo rwose. Amakuru amwe amwe arashobora kudahindurwa neza atwarwa mu rundi rurimi bitewe n'ubushobozi buke bw'ubwo buhinga.

Last Updated: