Niba ukeneye imfashanyo yo kumva neza aya makuru canke ukeneye umusiguzi, hamagara kuri 800-464-4343 kugira ngo uronke umusobanuzi kubuntu. Fyonda 1 niba ukeneye umusobanuzi kubuntu ata kiguzi.

Raba ireresi yerekana ukungene bakoresha urwo rubuga ngurukanabumenyi Kirundi

TEST Translated Title

Uko worondera ibiri kuri website y’Igisata c’Amagara ca Vermont - ireresi

Itaburo y'ivyandiko vyashizwe mu rundi rurimi

Mw' itaburo iri aha musi harimwo ivyandiko birimwo amakuru nkoramutima yerekeye amagara y'abantu Igisata c'Amagara y'Abantu cashize mu rurimi rwawe. Ico gikorwa co kubishira mu zindi ndimi cakozwe n'abasobanuzi b'indimi b'abanyamwuga babinonosoye

Ingene iyi taburo iri aha hepfo ikoreshwa.

Andika mu gakwadarato ko kurondereramwo kari hejuru ya taburo kugira urondere ukoresheje ijambo iryo ari ryo ryose riri mu mutwe w'amajambo uri mu Congereza canke washizwe mu rundi rurimi. Urashobora kandi guhitamwo ufatiye ku mutwe w'amajambo washizwe mu rundi rurimi (Translated Title), canke umutwe w'amajambo uri mu Congereza (English Title) mu gufyonda kuri umwe muri iyo mitwe y'amajambo.

Gukoresha Google Translate

Ku rubuga ngurukanabumenyi HealthVermont.gov hariko amakuru yerekeye amagara y'abantu menshi kandi urashobora gukoresha Google Translate kugira ubone amakuru yose ari kuri urwo rubuga hamwe n'amafishi menshi vyahinduwe bigashirwa mu rundi rurimi mu buryo bwikoresha. Kugira ubikore, hitamwo “Select Language” hejuru mu mfuruka y'i buryo ku rubuga.

Soma n'ibindi vyerekeye Google Translate

Woba ukeneye ubufasha kugira utahure amakuru y'Igisata kijejwe Amagara y'Abantu? 

Urafitiye uburenganzira amaseruvisi y'ubusobanuzi bw'indimi. Imeyiri AHS.VDHPublicCommunication@vermont.gov kugira uhabwe amaseruvisi y'ubusobanuzi bw'indimi ku buntu.

Soma vyinshi ku vyerekeye kuronka amakuru ashobora kuronkwa

Translated Title English Title Sort descending Language

Ibikenewe ku buzima bw' abantu bakuze bo muri Vermont

Data Briefs of population of Older Vermonters - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Ivyo Abirabure bakenye mu bijanye n'amagara y'abantu

Data Briefs of population of People of color - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Ivyo abagendana ubumuga bakenera bijanye n'amagara

Data Briefs of population of People with Disabilities - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

IIvyo Abantu b'i Vermont bakeneye mu Gisata c'Amagara y'Abantu

Data Briefs of population of Statewide - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Ivyo abantu badafise uburaro bakenera bijanye n'amagara yabo.

Data Briefs of population of Unhoused - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Kwerekana ivyandikwa kurupapuro rw'Amavuko rusabwa igihe cararenze hisunzwe

Delayed Birth Certificate, Statement of Information - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Ukwihakana ubuvyeyi

Denial of Parentage - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Ntiwoge ubonye kino kimenyetso - Ireresi

Do not swim if you see a sign - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Amabwirizwa y’icika ry’umuyagankuba mu mazu y’imfungurwa

Electrical Outage Guidance for Food Establishments - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Amazi y’umwuzure ku camwa canke ku mboga ashobora gutuma ugwara cane mu gihe ubiriye

Flood water on fruit and vegetables can make you sick. - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Umwuzure urashobora kwanduza Iriba ryawe canke isoko

Flooding can contaminate your well or spring - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Umugirwa wo kwubakana biciye mu mategeko muri Reta ya Vermont

Getting Married in Vermont - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Amabwirizwa yo gusubira kwugurura itangwa ry’imfungurwa hamwe n’uburaro inyuma y’umwuzure

Guidance for Re-Opening Food & Lodging Establishments After Flooding - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Help me grow postcard

Help me grow postcard - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Fasha mu guhagarika ikwirakwira rya COVID-19 - Ireresi

Help Stop the Spread of COVID-19 - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Ukuntu wosukura ikinogo canke iriba ryimbwe

How to Disinfect Your Drilled or Dug Well - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Ni gute wosukura isoko ryawe

How to Disinfect Your Spring - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Uko worondera ibiri kuri website y’Igisata c’Amagara ca Vermont - ireresi

How to Navigate the Health Department website - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Ni gute wotegura kandi ukabika amata y’ifu y’umwana inyuma y’umwuzure

How to Prepare Infant Formula During an Emergency - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Uko wogumana amagara meza muri iki gihe c'ubukanye - ireresi

How to Stay Healthy Through the Winter - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Vyinshi ku bijanye na Google Translate

Google Translate ikoresha amaporogaramu nyabwonko kugira ihindure ibintu ibikura mu rurimi rumwe ibishira mu rundi. Ntishobora guhindura amakuru yose iyakura mu rurimi kanaka iyashira mu rundi. Ivyo yahinduye birashobora kutaba vyo canke bifise agasembwa.

Nta buhinga bwikoresha bwo guhindura ibintu bubikura mu rurimi rumwe bubishira mu rundi (hakoreshejwe amaporogaramu nyabwonko) butagira agasembwa kandi ntibufise intumbero yo gusubirira abantu basanzwe bakora uwo mwuga. Gushikira ivyahinduwe bigashirwa mu rundi rurimi hakoreshejwe Google ni seruvisi ihabwa abakoresha urwo rubuga ngurukanabumenyi kandi bayihabwa "ukwo iri." Nta garanti n'imwe ihari, haba mu buryo bweruye canke bwihishije, ku bijanye n'ukutagira agasembwa, kwizerwa, kutagiramwo ikosa mu vyahinduwe vyose bivanwa mu Congereza bishirwa mu rundi rurimi urwo ari rwo rwose. Amakuru amwe amwe arashobora kudahindurwa neza atwarwa mu rundi rurimi bitewe n'ubushobozi buke bw'ubwo buhinga.

Last Updated: