Niba ukeneye imfashanyo yo kumva neza aya makuru canke ukeneye umusiguzi, hamagara kuri 800-464-4343 kugira ngo uronke umusobanuzi kubuntu. Fyonda 1 niba ukeneye umusobanuzi kubuntu ata kiguzi.

Raba ireresi yerekana ukungene bakoresha urwo rubuga ngurukanabumenyi Kirundi

Itaburo y'ivyandiko vyashizwe mu rundi rurimi

Mw' itaburo iri aha musi harimwo ivyandiko birimwo amakuru nkoramutima yerekeye amagara y'abantu Igisata c'Amagara y'Abantu cashize mu rurimi rwawe. Ico gikorwa co kubishira mu zindi ndimi cakozwe n'abasobanuzi b'indimi b'abanyamwuga babinonosoye

Ingene iyi taburo iri aha hepfo ikoreshwa.

Andika mu gakwadarato ko kurondereramwo kari hejuru ya taburo kugira urondere ukoresheje ijambo iryo ari ryo ryose riri mu mutwe w'amajambo uri mu Congereza canke washizwe mu rundi rurimi. Urashobora kandi guhitamwo ufatiye ku mutwe w'amajambo washizwe mu rundi rurimi (Translated Title), canke umutwe w'amajambo uri mu Congereza (English Title) mu gufyonda kuri umwe muri iyo mitwe y'amajambo.

Gukoresha Google Translate

Ku rubuga ngurukanabumenyi HealthVermont.gov hariko amakuru yerekeye amagara y'abantu menshi kandi urashobora gukoresha Google Translate kugira ubone amakuru yose ari kuri urwo rubuga hamwe n'amafishi menshi vyahinduwe bigashirwa mu rundi rurimi mu buryo bwikoresha. Kugira ubikore, hitamwo “Select Language” hejuru mu mfuruka y'i buryo ku rubuga.

Soma n'ibindi vyerekeye Google Translate

Woba ukeneye ubufasha kugira utahure amakuru y'Igisata kijejwe Amagara y'Abantu? 

Urafitiye uburenganzira amaseruvisi y'ubusobanuzi bw'indimi. Imeyiri AHS.VDHPublicCommunication@vermont.gov kugira uhabwe amaseruvisi y'ubusobanuzi bw'indimi ku buntu.

Soma vyinshi ku vyerekeye kuronka amakuru ashobora kuronkwa

Translated Title English Title Sort descending Language

Ifishi yo gusaba ibikoresho vyo gupima Radon

Radon Kit Request Form - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Amabwirizwa y'ukungene bapima Radon

Radon Test Instructions - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Ifishi y'igipimo ca Radon

Radon Testing Form - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Amazi yo kwidagadura inyuma y’umwuzure

Recreational Water Safety After a Flood - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Gutesha agaciro canke guhagarika uruhusha rw'umukorerabushake canke kwakwa uburenganzira bwo kuba umuvyeyi

Removal of Voluntary Acknowledgment or Denial of Parentage - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Gusubira i muhira inyuma y’umwuzure

Returning to Your Home After a Flood - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Umut ekan o wo Kurya ma

Safe Sleep for Babies - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Guma umeze neza iyo hanze hashushe

Stay Safe When It's Hot Outside - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Staying Safe During a Flood and Very Heavy Rainfall - Ireresi

Staying Safe During a Flood and Very Heavy Rainfall - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Umugambi "Strong Families Vermont Home Visiting Program" wa Reta ya Vermont wo Kugendera Ingo n'imiryango

Strong Families Vermont Home Visiting Program - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Aho kwogera harugawe

Swimming Area Closed (Cyanobacteria) Sign - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Umutekano w’ibinogo vyo kwogeramwo muri Vermont

Swimming Hole Safety in Vermont - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Kwiyitaho no kwita ku bandi mu gihe c’ubushuhe - ireresi

Taking care of yourself and others in hot weather - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Gupima amazi yo kunywa avuye mu kinogo c'isoko ryawe

Testing Drinking Water From Your Private Well - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Hari uruncanco rushasha rwa COVID-19 - ireresi

There is a New COVID-19 Vaccine - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Menya ivyerekey’ inyondwe - video

Ticks. What you need to know - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Impanuro zibereye kugira ugende n'amaguru utekanye

Tips for Being a Safe Pedestrian - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Impanuro zerekeye kuryamika abana

Tips for Sleep Brochure - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Tips to Prevent Flu and Illness - video

Tips to Prevent Flu and Illness - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Itegeko Ry'intebe Y'imodoka Rya Vermont Rya 2024

Vermont Car Seat Law 2024 Card – Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Vyinshi ku bijanye na Google Translate

Google Translate ikoresha amaporogaramu nyabwonko kugira ihindure ibintu ibikura mu rurimi rumwe ibishira mu rundi. Ntishobora guhindura amakuru yose iyakura mu rurimi kanaka iyashira mu rundi. Ivyo yahinduye birashobora kutaba vyo canke bifise agasembwa.

Nta buhinga bwikoresha bwo guhindura ibintu bubikura mu rurimi rumwe bubishira mu rundi (hakoreshejwe amaporogaramu nyabwonko) butagira agasembwa kandi ntibufise intumbero yo gusubirira abantu basanzwe bakora uwo mwuga. Gushikira ivyahinduwe bigashirwa mu rundi rurimi hakoreshejwe Google ni seruvisi ihabwa abakoresha urwo rubuga ngurukanabumenyi kandi bayihabwa "ukwo iri." Nta garanti n'imwe ihari, haba mu buryo bweruye canke bwihishije, ku bijanye n'ukutagira agasembwa, kwizerwa, kutagiramwo ikosa mu vyahinduwe vyose bivanwa mu Congereza bishirwa mu rundi rurimi urwo ari rwo rwose. Amakuru amwe amwe arashobora kudahindurwa neza atwarwa mu rundi rurimi bitewe n'ubushobozi buke bw'ubwo buhinga.

Last Updated: