Niba ukeneye imfashanyo yo kumva neza aya makuru canke ukeneye umusiguzi, hamagara kuri 800-464-4343 kugira ngo uronke umusobanuzi kubuntu. Fyonda 1 niba ukeneye umusobanuzi kubuntu ata kiguzi.

Raba ireresi yerekana ukungene bakoresha urwo rubuga ngurukanabumenyi Kirundi

TEST Translated Title

Uko worondera ibiri kuri website y’Igisata c’Amagara ca Vermont - ireresi

Itaburo y'ivyandiko vyashizwe mu rundi rurimi

Mw' itaburo iri aha musi harimwo ivyandiko birimwo amakuru nkoramutima yerekeye amagara y'abantu Igisata c'Amagara y'Abantu cashize mu rurimi rwawe. Ico gikorwa co kubishira mu zindi ndimi cakozwe n'abasobanuzi b'indimi b'abanyamwuga babinonosoye

Ingene iyi taburo iri aha hepfo ikoreshwa.

Andika mu gakwadarato ko kurondereramwo kari hejuru ya taburo kugira urondere ukoresheje ijambo iryo ari ryo ryose riri mu mutwe w'amajambo uri mu Congereza canke washizwe mu rundi rurimi. Urashobora kandi guhitamwo ufatiye ku mutwe w'amajambo washizwe mu rundi rurimi (Translated Title), canke umutwe w'amajambo uri mu Congereza (English Title) mu gufyonda kuri umwe muri iyo mitwe y'amajambo.

Gukoresha Google Translate

Ku rubuga ngurukanabumenyi HealthVermont.gov hariko amakuru yerekeye amagara y'abantu menshi kandi urashobora gukoresha Google Translate kugira ubone amakuru yose ari kuri urwo rubuga hamwe n'amafishi menshi vyahinduwe bigashirwa mu rundi rurimi mu buryo bwikoresha. Kugira ubikore, hitamwo “Select Language” hejuru mu mfuruka y'i buryo ku rubuga.

Soma n'ibindi vyerekeye Google Translate

Woba ukeneye ubufasha kugira utahure amakuru y'Igisata kijejwe Amagara y'Abantu? 

Urafitiye uburenganzira amaseruvisi y'ubusobanuzi bw'indimi. Imeyiri AHS.VDHPublicCommunication@vermont.gov kugira uhabwe amaseruvisi y'ubusobanuzi bw'indimi ku buntu.

Soma vyinshi ku vyerekeye kuronka amakuru ashobora kuronkwa

Translated Title English Title Sort descending Language

Gusaba Gukosora Canke Guhindura Urupapuro rw'Amavuko

Application to Correct or Amend Birth Certificate - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Haguruka Ukayangane Mu Gihe C' Umwiza

Be Bright At Night - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Niwambare mu buryo butashobora kugukoza isoni

Be Tick Smart - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Ibikorwa Bijanye N'amagara Y'abantu - Uruhusha Rwo Gutanga Amakuru Yo Kwa Muganga Atanzwe N'umuntu Aserukira

Board of Medical Practice, Authorization for Release of Medical Records by Personal Representative - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Ibikorwa Bijanye N'amagara Y'abantu - Uruhusha Rwo Gutanga Amakuru Yo Kwa Muganga Rutanzwe N'uwufise Uburenganzira Bw'umwunganizi Mu Bijanye N'amategeko

Board of Medical Practice, Authorization for Release of Medical Records by Power of Attorney - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Ibikorwa Bijanye N'amagara Y'abantu - Ifishe Yo Gutanga Ikirego

Board of Medical Practice, Complaint Form - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Ibikorwa Bijanye N'amagara Y'abantu - Uruhusha Rwo Gutanga Amakuru Yo Kwa Muganga

Board of Medical Practice, Release of Medical Records - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Ibikorwa Bijanye N'amagara Y'abantu - Uruhusha Rwo Gutanga Amakuru Yo Kwa Muganga Ajanye N'umugwayi Yitavye Imana Atanzwe N'umuntu Yari Afise Uburenganzira Bwo Kugira Uruhara Mu Bikorwa Vyo Gufata Ingingo Zerekeye Ubuvuzi Mu Gihe Umugwayi Yari Akiriho

Board of Medical Practice, Release of Medical Records by Executor - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Ibikorwa Bijanye N'amagara Y'abantu - Uruhusha Rwo Gutanga Amakuru Yo Kwa Muganga

Board of Medical Practice, Release of Medical Records for Child - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Amabwirizwa yo gushusha amazi mu mazu abikwamwo imfungurwa

Boil Water Notice Guidance - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Umuceri uhinguye kandi ukwije ibisabwa

Brown Rice Recipes - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Kwirinda uburozi bwa Carbon Monoxide buva mu machini zitanga umuyagankuba

Carbon Monoxide and Generator Safety Tips - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Kuburirwa ku bijanye na Cyanobacteria

Caution Cyanobacteria Alert Sign - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Kwemera kuba umuvyeyi w'umwana avutse biciye mu buhinga bufasha kuvyara abo vyagoranye

Consent to Parentage from Assisted Reproduction - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

COVID-19: Ikingire ubwawe hamwe n’abandi

COVID-10: Protect Yourself and Others - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Bandanya kuronka amakuru mashasha yerekeye incanco zawe za COVID-19

COVID-19 Factsheet - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Ibimenyetso nyezina vya COVID-19 ni:

COVID-19 Symptoms - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Cyanobacteria (icatsi c’ubururu n’ibara ry’icatsi)

Cyanobacteria (Blue-Green Algae) - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Ibikenewe mu bijanye n'Amagara y'Abasangwabutaka b'i Vermont

Data Briefs of population of Indigenous people of Vermont - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Ivyo aba LGBTQ+ b'i Vermont bakeneye

Data Briefs of population of LGBTQ+ - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Vyinshi ku bijanye na Google Translate

Google Translate ikoresha amaporogaramu nyabwonko kugira ihindure ibintu ibikura mu rurimi rumwe ibishira mu rundi. Ntishobora guhindura amakuru yose iyakura mu rurimi kanaka iyashira mu rundi. Ivyo yahinduye birashobora kutaba vyo canke bifise agasembwa.

Nta buhinga bwikoresha bwo guhindura ibintu bubikura mu rurimi rumwe bubishira mu rundi (hakoreshejwe amaporogaramu nyabwonko) butagira agasembwa kandi ntibufise intumbero yo gusubirira abantu basanzwe bakora uwo mwuga. Gushikira ivyahinduwe bigashirwa mu rundi rurimi hakoreshejwe Google ni seruvisi ihabwa abakoresha urwo rubuga ngurukanabumenyi kandi bayihabwa "ukwo iri." Nta garanti n'imwe ihari, haba mu buryo bweruye canke bwihishije, ku bijanye n'ukutagira agasembwa, kwizerwa, kutagiramwo ikosa mu vyahinduwe vyose bivanwa mu Congereza bishirwa mu rundi rurimi urwo ari rwo rwose. Amakuru amwe amwe arashobora kudahindurwa neza atwarwa mu rundi rurimi bitewe n'ubushobozi buke bw'ubwo buhinga.

Last Updated: